Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 ni kwo kubarira Samweli, ati Genda, subira kuryama; maze ni yongera kuguhamagara, uheze umwitabe, ut’ Uhoraho, n’ uvuge, kuk’ umusavyi wawe nteze amatwi. Nuko Samweli asubira kuryama aho yar’ ari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:9
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hinge numve ivyo Imana, Uhoraho, igira ivuge: Kukw izobgira abantu bayo n’abakunzi bayo ivy’ amahoro; Ariko ntibaze basubire mu bupfu.


N’ukuri agakiza kayo kari hafi y’abayubaha, Kugira ng’ubgiza bgayo bube mu gihugu cacu.


Babgira Mose, bati Ba ari wewe utubarira, ni ho twovyumva: arikw Imana yoye kuba ari yo itwibaririra, ntiduhave dupfa.


Numva ijwi ry’Umwami Imana rivuga, riti Ndatuma nde, ni nde yotugīra? Maze ndavuga, nti Ndi hano, ba ari jewe utuma.


Arambgira, at’ Ewe muntu w’umukundwa cane, nta co utinya: mpore, mpore, gira amahoro! Akibimbgira, nca ndaremerana, ndavuga, nti Databuja n’uvuge, kuk’ unsubijemw’ intege.


ariko va hasi, ushike mu gisagara, uzobarirwa ivy’ ukwiye gukora.


Aramwishura, at’ Ekāye: arikw ikinzanye ubu n’uko nd’ umugabisha w’ingabo z’Uhoraho. Maze Yosuwa arapfukama, arūnama, amuha icubahiro, aramubaza, ati Mugenzi, jewe umusavyi wawe non’ ico ugomba kumbarira n’iki?


Maz’ Uhoraho araza ahagarara ngaho, aramuhamagara nk’ubga mbere, ati Samweli we! Ewe Samweli! Na we ati N’uvuge, kuk’ umusavyi wawe nteze amatwi.


Nuk’ Uhoraho yongera guhamagara Samweli ubugira gatatu. Aravyuka, aja iyo Eli ari, ati Ndaje nditavye. Maze Eli aca amenya kw ar’ Uhoraho ahamagaye uwo mwana;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ