Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Uhoraho yongera guhamagara, ati Samweli! Nuko Samweli aravyuka, aja iyo Eli ari, ati Ndaje nditavye. Na we at’ Eka singuhamagaye, mwananje: subira kuryama.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:6
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yosefu, ashikije amaso kuri Benyamini murumuna we, uwo basangiye nyina, arababaza, at’ Uwo ni we muhererezi wanyu mwambariye? Maz’ aramubarira, at’ Imana ikugirire neza, mwana wanje.


Maze Ahimasi mwene Sadoki arongera abarira Yowabu, at’ Eka naho vyabaye birtyo, ndakwinginze undekure nanje mpfe kugenda, nkurikire uwo Munyekushi. Yowabu aramwishura, ati Wirukanwa n’iki ga mwana wanje, kw ata mpēra y’izo nkuru uja guhabga?


Bamuzanira ikimuga bagiteruye mu nderuzo. Yesu abonye ukwizera kwabo, abgira ico kimuga, ati Hūmura mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.


Araheza arirukanga, aja iyo Eli ari, aramubarira, ati Ndaje nditavye. Eli at’ Eka singuhamagaye: subira kuryama. Nukw aragenda araryama.


Maze Samweli ntiyaribgamenye Uhoraho, canke ngw ahishurirwe ijambo ryiwe.


Nuk’ uwo muntu abarira Eli, ati Ni jewe mvuye mu rugamba, nje mpunga mvuye mu ntambara uyu musi. Aramubaza, ati Vyagenze bite ga mwana wanje?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ