Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 itara ry’Imana ritarazima, Samweli na we aryamye mu rusengero rw’Uhoraho, ah’ isandugu y’ Imana iba,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bama bosereza Uhoraho ibimazi uko bukeye uko bgije, bakamwosereza n’imibavu itāmirana, bagatondesha n’imitsima y’ ibiterekērwa ku meza yacuzwe mw izahabu iramuye, kand’ uko bgije bakadomeka n’amatara ari ku gitereko cayo c’izahabu; kuko tweho twitondera ivyagezwe vy’ Uhoraho Imana yacu, ariko mweho mwaramuvuyeko.


Ico nsaba Uhoraho ni kimwe, ni co nzohora nitwaririka: N’ukuba mu ngoro y’Uhoraho imisi yose y’ubugingo bganje, Nkarāba ubgiza bg’Uhoraho, nkihweza urusengero rwiwe.


Ijwi ry’Uhoraho riramburuza impongokazi, Kandi rigakōkōra ikibira; Kandi mu rusengero rwiwe vyose bikavuga, bit’ Icubahiro kibe icawe.


Ariko jeho, ubginshi bg’imbabazi zawe buzonyinjiza mu ngoro yawe, Nzokwikubita hasi nsenge nkwubashe, nerekeye urusengero rwawe rwera.


Kand’ uz’ ukore ico guterekakw amatara mw izahabu iramuye; ico gitereko cose, hamwe n’intebe yaco n’umutumba waco, kize kibe igicurano; ibikombe vyaco, bigizwe bga mapfundo apfundikiyekw amashurwe, bize bicurirwe kuri co, bibe kimwe na co.


Kandi mukēba we yama amushinyagurira, akamutera intuntu, kuk’ Uhoraho yamuzivye inda.


Maze barangije kurya no kunywa aho bāri bari i Shilo, Hana ava hasi. Kandi Eli umuherezi yari yicaye ku ntebe yiwe ku gishimaryango mu rusengero rw’Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ