Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nuko Samweli araryama, ageza mu gitondo; aravyuka, yugurura inzugi z’inzu y’Uhoraho; arikw atinya kubarira Eli ivyo yeretswe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:15
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Berekiya na Elukana ni bo bār’ abashibamyi b’iyo sandugu.


Icompa hakagira n’umwe muri mwebge yugara inzugi, ngo mureke gucanira ubusa ku gicaniro canje! Simbanezererwa na gatoya, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kandi sinzokwemera ishikanwa munshikaniye.


Arababarira, ati Ni mwumve amajambo yanje; asangwa muri mwebge har’ uwo mvugisha, jewe Uhoraho nzomwimenyeshereza mw iyerekwa, mvuganire na we mu nzozi.


Maze barangije kurya no kunywa aho bāri bari i Shilo, Hana ava hasi. Kandi Eli umuherezi yari yicaye ku ntebe yiwe ku gishimaryango mu rusengero rw’Uhoraho.


Maz’ Uhoraho araza ahagarara ngaho, aramuhamagara nk’ubga mbere, ati Samweli we! Ewe Samweli! Na we ati N’uvuge, kuk’ umusavyi wawe nteze amatwi.


Maze Eli aramuhamagara, ati Mwana wanje Samweli! Na we ati Sabge!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ