Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uhoraho abarira Samweli, ati Rāba nzokora ikintu mu Bisirayeli, ūzocumva wese imīnzerere izomuvuga mu matwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:11
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ni co gitumye jewe Uhoraho Imana y’Abisirayeli mvuze, nti Ngira ntēze i Yerusalemu n’i Buyuda ivyago bikomeye, bitume ūzovyumva wese iminzerere imuvuga mu matwi.


Eh’ ivyizigiro vyo kuyifata nta vyo: Mbeg’ umuntu ntiyogwishwa igihūmura n’ukw ayirāvye gusa?


Uko kizoba gihita kwose kizobafata; kuko kizokwama gihita uko bukeye, ku murango no mw ijoro, kandi gutahura bga butumwa kuzozana gucika ivutu gusa.


Nuko rero ngira nkore igikorwa c’igitangaza mur’ aba bantu, mbere n’igikorwa gitangaje c’akumiza: ubgenge bg’abanyabgenge babo buzoherengetera, n’ ubuhanga bg’abahanga babo buzokamangana.


uti Ni mwumve ijambo ry’Uhoraho, mwebge bami b’i Buyuda, namwe ababa i Yerusalemu; uku ni k’ Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ni we Mana y’Abisirayeli, at’ Ehe nzozana ivyago aha hantu, kand’ ūzovyumva wese iminzerere izomuvuga mu matwi.


Enda ni murābe mu mahanga, muvyitegereze; mutangare, mwumirwe: kuko mu gihe canyu ngira nkore igikorwa mutokwemera naho mwokibarirwa.


kand’ abantu bazogwishwa igihūmura n’ubgoba no kwitega ibigira bibe mw isi; kukw ivy’ inkomezi vyo mw ijuru bizonyiganyizwa.


ngo Rāba mwa banyagakēngērwe, mutangare, muyongayonge, Kuko ngira nkore igikorwa mu gihe canyu, Igikorwa mutazoruha mwemera, nah’ umuntu yokibasobanurira.


Maz’ Uhoraho araza ahagarara ngaho, aramuhamagara nk’ubga mbere, ati Samweli we! Ewe Samweli! Na we ati N’uvuge, kuk’ umusavyi wawe nteze amatwi.


Nukw Abafilisitiya bashirako bararwana, maz’ Abisirayeli baraneshwa, umuntu wese ahungira i we; haba agatikizo gakomeye: mu Bisirayeli hapfa ingabo ibihumbi mirongwitatu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ