Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 3:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Uwo mwana Samweli yakorera Uhoraho imbere ya Eli. Kandi mur’ iyo misi ijambo ry’ Uhoraho ryari risigaye ar’ imbonekarimwe, nta kwerekwa na we kwari kukiriho cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 3:1
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntitubona ibimenyetso vyacu, Nta wuvugishwa n’Imana akiriho: Kandi nta n’umwe muri twebge azi ah’ ivyo bizogarukira.


Iyo hatar’ uguhishurirwa, abantu bīgira uko bagomba, Arik’ uwitondera ivyagezwe aba ahiriwe.


Nzotuvya abantu barushe izahabu nziza‐nziza kuba imparūrwa, mber’ abantu bazoba imparūrwa kurusha izahabu ziramuye zivuye muri Ofiru.


Ivyago bizogerekerana n’ibindi, n’impuha zigerekerane n’izindi; bazoja kuronderera k’ūvugishwa n’Imana ko yoba har’ ico yeretswe; kukw ivyagezwe bizobura ku muherezi, n’inama zibure ku bo hambere.


Maze Elukana asubira i we i Rama. Arik’ uwo mwana akorera Uhoraho imbere ya Eli umuherezi.


Ariko Samweli akorera Uhoraho, kandi yar’ akir’ umwana, yari yambaye efodi yera derere.


Maze ngw Azokwihagurukiriza umuherezi w’umwizigirwa, umuntu azokora nk’ivyari mu mutima wiwe no mu vyiyumviro vyiwe; ngo Kand’ azomwubakira inzu izokwamaho; na we azogendanira uwo yimikishije amavuta ibihe vyose.


Ngo Kand’ uko bizogenda n’uku: ng’ Umuntu wese w’agasigarira ko mu nzu yawe azoza amwikubite imbere, amusabe agafeza n’agatsima, amubgire, ati Ndakwinginze, umpe agakorwa kamwe ko mu vy’ubuherezi, kugira ngo mbone utwo kuntunga.


Nuko Samweli araryama, ageza mu gitondo; aravyuka, yugurura inzugi z’inzu y’Uhoraho; arikw atinya kubarira Eli ivyo yeretswe.


Nuk’ Uhoraho asubira kwiyerekanira i Shilo, kukw i Shilo nyene ari ho Uhoraho yihishuririra Samweli mw ijambo ryiwe. Kand’ ijambo rya Samweli rishika ku Bisirayeli bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ