Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 29:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Nuko Dawidi azindukana kare mu gatondo n’ingabo ziwe, baragenda, basubira mu gihugu c’Abafilisitiya. Arikw Abafilisitiya baradūga, batera i Yezireli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 29:11
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Yonatani mwene Sauli yar’ afise umwana yamugaye ibirenge. Igihe imbitsi yaza ivuye i Yezireli kubika Sauli na Yonatani, uwo mwana yar’ amaze imyaka itanu avutse; maz’ umurezi wiwe aramuhitana, arahunga; akinyaragasa ahunga, aramukorokana, yikubita hasi, aca amugara. Nya mwana yitwa Mefibosheti.


Urubibe rwabo rwaca i Yezireli n’i Kesuloti n’i Shunemu,


Kandi Dawidi arongora na Ahinowamu w’i Yezireli, bompi baba abagore biwe.


Nukw Abafilisitiya bakoraniriza ingabo zabo zose i Afeka, Abisirayeli na bo basagaza hafi y’iriba ry’i Yezireli.


Nuko non’ uzindukane n’abantu ba shobuja mwāzananye, muhenge kare mu macāca, mugende.


Nuko Dawidi n’ingabo ziwe bashika i Sikulagi ku musi ugira gatatu, basanga Abamaleki bateye igihugu c’i bumanuko n’i Sikulagi, basanga i Sikulagi bāhanesheje, bāhaturiye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ