1 Samweli 28:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Uwo mupfumukazi aramwishura, ati Mbega ntuzi ivyo Sauli yakoze, ingene yahoneje abahamagara imizimu n’abamenyi mu gihugu? N’iki gitumye ugomba kunta mu mutego, kugira ng’ unyicishe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |