24 Kandi nya mupfumukazi yar’ afise imasa inuze mu ruhongore; aranyanyasa arayikerera, ahitana ifu, arayicumba ayironderamw’ umutsima utambiwe;
Aburahamu yitera mw ihema aho Sara ari, ati Tunganya n’ingoga ivyibo bitatu vy’ifu igogōretse, urondere umutsima.
muzane ya shūri inuze, muyibāge, turye tunezerwe:
Aramwishura, ati Murumunāwe yaje, so yamubāgiye ya shūri inuze, kukw amubonye agikomeye.
abihereza Sauli n’ abantu biwe, barafūngura. Maz’ iryo joro nyene barahaguruka, baragenda.