Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 28:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Mbere mwe n’Abisirayeli Uhoraho azobagabura mu maboko y’Abafilisitiya; kand’ ejo mwe n’abahungu bawe muzoba mur’ aho ndi; Uhoraho agira agabure ingabo z’ Abisirayeli mu maboko y’Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 28:19
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho arabaza, ati Ni nde yogenda kwosha Ahabu ngw adūge i Ramoti‐gileyadi, agweyo? Nuk’ umwe aravuga, ashira ukwiwe, uwundi ukwiwe.


Mikaya aravuga, ati Ni waramuka utabarutse amahoro, Uhoraho azoba atamvugishije. Arongera ati Mwa bantu mwese, muraba muvyumvise!


Iyo ni ho abanyakibi barekera kugorana; Iyo ni ho abārushe baruhukira.


Uti Rāba, ejo nka bugingo ubu azosegenyura urubura rw’icago, rutigeze kuboneka muri Egiputa, uhereye igihe hitiwe izina, ukageza n’ubu.


Umwana w’umuntu agira agende, uko vyanditswe kuri we; arik’ uwo muntu agura Umwana w’umuntu azobona ibara: uwo muntu ivyomubereye vyiza iyaba atāvutse.


Ananiya yumvise ayo majambo agwa bukumbi: abavyumvise bose baterwa n’ubgoba bginshi.


Ariko ni mwashishikara kugabitanya, muzorandurwa, mwe n’umwami wanyu.


Buno Sauli yikubita hasi, ararambarara, kukw aranduwe umutima n’ivyo Samweli amubariye; kandi na kare yar’ asanzwe adafise intege, kuko yari yiriwe ubusa kand’ akaburāra.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ