Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 28:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 kuk’ utumviye Uhoraho, ntushitse uburake bgiwe bukaze ku Bamaleki; ni co kimuteye kukugenza artyo uyu musi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 28:18
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo muvugishwa aramubarira, at’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Ko warekuye umuntu yar’ atanze ngw apfe, usubiye mu gishingo ciwe, n’abantu bawe basubiye mu gishingo c’abiwe.


Uko ni ko Sauli yatanze, azize ibicumuro vyiwe yacumuye k’ Uhoraho, kukw atitondeye ijambo ryiwe, kandi kuko yaraguje umuntu azi guhamagara imizimu, ngw amusigurize,


Aravumwe uwanjanjwa ku gikorwa c’Uhoraho; aravumwe ūbuza inkota yiwe kuvisha amaraso.


Sauli ni kwo kuvuga, ati Ni munzanire hano ikimazi co kwosa n’ibimazi vy’ishimwe. Nuko yosa ico kimazi.


Maze Sauli yishura Samweli, at’ Ereg’ Uhoraho nāmwumviye: kand’ urwo rubanza Uhoraho yantumyeko nārumaze; nazanye Agagi umwami w’Abamaleki, kand’ Abamaleki ubgabo narabagesheje rwose.


Maze Samweli aramubarira, at’ Uhoraho na we uyu musi agutabuyekw ingoma y’Abisirayeli, ayihaye mugenzawe akuruta.


Ariko Sauli n’ingabo ziwe baziguriza Agagi, bo n’ibirusha ibindi ubgiza mu ntama no mu nka no mu mashūri anuze no mu myagazi y’intama, mber’ ivyiza‐vyiza vyose, banka kubigeseza rwose; arikw ibigayitse vyose n’ ibitagira ico bimaze aba ari vyo bageseza rwose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ