1 Samweli 27:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Maze Dawidi abarira Akishi, ati Ni naba ngutonnyeko, ntabaza ikibanza mu gisagara kimwe co mu vyo mu gihugu, abe ari ho nja kuba; har’ icotuma jewe umusavyi wawe ndinda kubana nawe ku murwa wawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |