1 Samweli 27:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko Dawidi ntiyagira umugabo cank’ umugore asiga atishe, kugira ngo ntabajane i Gati, ati Boye kuturega, ngo Dawidi yakoze artya n’ artya. Uko ni ko yahora agenza igihe cose yamaze aba mu gihugu c’Abafilisitiya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |