Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 26:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Kandi nk’ukw amagara yawe yabaye agakomeye kuri jewe uyu musi, az’ abe ari kw ayanje aba agakomeye k’Uhoraho, ankize amagorwa yose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 26:24
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

umumarayika yandokoye mu vyago vyose, ihe aba bahungu umugisha; ni bitirirwe izina ryanje, n’irya sogokuru Aburahamu n’irya data Isaka; barakarondoka, babe benshi cane mw isi.


Maze Dawidi yishura Rekabu na mwene nyina Bayana, bene Rimona w’i Beroti, ati Ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho, yagiye andokora mu vyago vyose;


Ni we ndonkeramw’ imbabazi, kandi ni we gihome kinkīngira, Ni we munara wanje muremure, n’umurokozi wanje; Ni we nkinzo yanje n’uwo nizigira; Ni we angandurira abantu banje ngo ndabaganze.


Ndagukunda, Uhoraho we, ni wewe nkomezi zanje.


Ku munyembabazi uzokwiyerekana ur’ umunyembabazi; K’ūtunganye uzokwiyerekana ur’ ūtunganye;


Inkiza ababisha banje: Mber’ unshira hejuru y’abampagurukira, Unkiza n’umuntu w’ikirara.


Azigama amagufa yiwe yose, Nta na rimwe rivunika.


Kuk’ Uhoraho yankijije amagorwa yose, Ijisho ryanje rikībonera abansi banje.


Hahirwa abagira imbabazi, kukw ari bo bazozigirirwa.


Kuko, uko muhinyura abandi, ari ko muzohinyurwa namwe; kand’ ingero mugeramwo muzoyigererwa namwe.


baremesha imitima y’abigishwa, babahanūra ngo bagume mu kwizera: kandi yuko dukwiye guca mu marushwa menshi mu kwinjira mu bgami bg’Imana.


kandi turokoke abantu babi badadika; kuk’ ukwizera kudafiswe na bose.


Ndamwishura, nti Mugenzi, ni wewe wobimenya. Arambgira, at’ Aba n’abāvuye muri wa mubabaro mwinshi, kandi bamesuye imvune zabo bazezesha amaraso ya wa Mwagazi.


Bukeye abaganwa b’Abafilisitiya baza gutera; kand’ uko bātera kwose, Dawidi yagira ibakwe kurusha abandi bantu bose ba Sauli, bituma izina ryiwe riba rurangiranwa.


Nuko Dawidi amaze kubarira Sauli ayo majambo, Sauli aravuga, at’ Ah’ iryo jwi n’iryawe, ga mwana wanje Dawidi? Maze Sauli araturikisha ararira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ