1 Samweli 26:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Sauli aramwishura, ati Nakoze icaha; garuka mwananje Dawidi; sinzosubira kukugirira nabi, kukw amagara yanje yabaye agakomeye kuri wewe uyu musi; erega narabaye ikijuju, nakoze nabi cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |