Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 26:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ati Mbega mugenzi, umpīgira iki, jewe umusavyi wawe? Nakoze iki? Ndikw igicumuro ki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 26:18
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abahambaye bampamiye ubusa; Arik’ umutima wanje wubaha amajambo yawe.


Kuko banteze umutego mu cobo ata nyanduruko, Kandi bimbiye ubugingo bganje ata nyanduruko.


Abanyankira ubusa baruta umushatsi wo ku mutwe wanje mu bginshi: Abagomba kundandura, banyankishwa n’inyanduruko z’ibinyoma, barahambaye: Ni ho narihishijwe ico ntatwaye.


Ikindi, Yeremiya abaza umwami Zedekiya, ati Mbega nagucumuyekw iki, cank’ abantu bawe, cank’ ubu bgoko, ko mwanshize mw ibohero?


Yesu arababgira, ati Naberetse ibikorwa vyiza vyinshi bivuye kuri Data, ikibanteresha amabuye mur’ ivyo bikorwa n’ikihe?


Yesu aramubaza, ati Namba mvuze nabi, nyagiriza ico kibi; ariko namb’ ari neza, unkubitiye iki?


Ni nde muri mwebge yonyagiriza icaha nakoze? Ko mvuga ukuri, n’iki gituma mutanyemera?


Dawidi aramwishura, ati None nkoze iki? Ntikwar’ ukubaza gusa?


Nuko Dawidi arahunga, ava i Nayoti i Rama, araza abaza Yonatani, ati Mbega nzira iki? Nacumuye mu ki? Ikibi nagiriye so n’igiki, gituma arondera kunyica?


Nuko Dawidi aramubaza, ati N’iki gituma uja ku vyo abantu bakubarira, ngo Dawidi agomba kukugirira nabi?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ