Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 26:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maze Sauli amenya ijwi rya Dawidi; aramubaza, at’ Ah’ iryo jwi n’iryawe, ga mwana wanje Dawidi? Dawidi aramwishura, ati N’iryanje, mwami wanje nyen’ ingoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 26:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arawumenya, aravuga, ati N’umwambaro w’umwana wanje! Igikōko c’inkazi caramuriye! Yosefu yaratabaguwe, nta kindi!


Nuko Dawidi amaze kubarira Sauli ayo majambo, Sauli aravuga, at’ Ah’ iryo jwi n’iryawe, ga mwana wanje Dawidi? Maze Sauli araturikisha ararira.


Abarira Dawidi, at’ Undushije kugororoka, kuk’ ungiriye neza, nanje jeho nakugiriye nabi.


Hanyuma Dawidi na we ava hasi, ava mur’ iryo senga nyene, ahamagara Sauli, at’ Urazirikanye, mugenzi! Sauli akebutse, Dawidi akubita inkoro hasi, aramwūnamira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ