Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 26:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 atera akamo ingabo bo na Abuneri mwene Neri, ati Abuneri we, mbega k’udakakaza! Abuneri aramwishura, at’ Uri nde, wewe uhamagara umwami?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 26:14
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Muka Sauli yitwa Ahinowamu mwene Ahimasi; kand’ umugabisha w’ingabo ziwe yari Abuneri mwene Neri, se wabo wa Sauli;


Maze Dawidi afata hakurya, ahagarara ku gatwe k’umusozi witereye, har’ akarēre katari gato hagati yabo;


Dawidi abarira Abuneri, ati Mbega ntur’ umuntu w’umugabo? Har’ ūhwanye nawe mu Bisirayeli? None se k’utāteramiye umwami shobuja? Hari haje umuntu aho muri, aje kwica umwami, kand’ ari we shobuja.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ