Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 26:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maze Dawidi afata hakurya, ahagarara ku gatwe k’umusozi witereye, har’ akarēre katari gato hagati yabo;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 26:13
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yotamu avyumvise, aragenda ahagarara ku mpinga y’ umusozi Gerizimu, asemerera n’ ijwi rirenga, aravuga, ati Yemwe bantu b’i Shekemu, ni munyumvirize, kugira ngw Imana namwe ibumvirize.


Hanyuma Dawidi na we ava hasi, ava mur’ iryo senga nyene, ahamagara Sauli, at’ Urazirikanye, mugenzi! Sauli akebutse, Dawidi akubita inkoro hasi, aramwūnamira.


Nuko Dawidi ajana iryo cumu n’umukuza w’amazi vyari ku mutwe wa Sauli, barīgīra, ata wubakubise ijisho canke ngw abimenye, haba n’uwokwikangura; bose bari basinziriye, kuk’ Uhoraho yari yabasinzirije ubutikoma.


atera akamo ingabo bo na Abuneri mwene Neri, ati Abuneri we, mbega k’udakakaza! Abuneri aramwishura, at’ Uri nde, wewe uhamagara umwami?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ