1 Bukeye Abanyezifu baja i Gibeya kwa Sauli, baramubarira, bati Mbeg’ aho ntuzi ko Dawidi yinyegeje ku musozi Hakila, aharābana n’ubugaragwa?
na Zifu na Teremu na Beyaloti,
Hāri na Mayoni na Karumeli na Zifu na Yuta,
Bukeye Abanyezifu baja i Gibeya kwa Sauli, baramubarira, bati Mbeg’ aho ntuzi ko Dawidi yinyegeje i wacu, mu masenga y’i Horeshi, ku musozi Hakila, ahahera i bumanuko bg’ubugaragwa?
Sauli asagaza i ruhande y’inzira ku musozi Hakila, aharābana n’ubugaragwa. Kandi Dawidi yaba mu bugaragwa; maz’ abonye ko Sauli aje kumurondera mur’ ubgo bugaragwa,