Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Abo bahungu bo kwa Dawidi bashitse, babarira Nabali ivyo Dawidi yabatumye vyose, baraheza bītega ico abishura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:9
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu kwezi kw’ indwi, ku musi wakwo w’icumi n’ indwi, bga bgato buhagarara ku misozi yo muri Ararati.


Maze bamwe b’i Yeriko biga ivy’ ukuvugishwa, bār’ aharābana na we, baravuga, bat’ Impwemu ya Eliya iri kuri Elisa. Nuko baraza, baramusanganira, bakubita inkoro hasi imbere yiwe.


Yari yarabariye Abayuda, ati Ni muze twubake ibi bisagara, tuvyubakire inzitiro n’iminara, dushireh’ inzugi mu marembo n’ibihindizo; igihugu kiracar’ icacu, kuko twarondeye Uhoraho Imana yacu; twamurondeye, na we aduhaye kugira umutēkāno impande zose. Nuko barubaka, bigenda neza.


Nabali yishura abo bantu ba Dawidi, ati Dawidi n’iki? Kandi mwene Isayi n’iki? Erega mur’ iyi misi harih’ abashumba benshi bātaye ba shebuja.


Muti Baza imikangara yawe barabikubarira; muti Ngo Kandi natwe abantu biwe utugirire ubuntu, kuko tuje ku musi mwiza; muti Non’ aragusavye, ngw ico uzoba ufise cose, abe ari co uduha, twebge abasavyi bawe, n’umwana wawe Dawidi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ