1 Samweli 25:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Muti Baza imikangara yawe barabikubarira; muti Ngo Kandi natwe abantu biwe utugirire ubuntu, kuko tuje ku musi mwiza; muti Non’ aragusavye, ngw ico uzoba ufise cose, abe ari co uduha, twebge abasavyi bawe, n’umwana wawe Dawidi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |