Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Ava hasi arūnama, yicisha bugufi, aravuga, at’ Ehe nd’ incoreke yawe, umuja wo kwoza ibirenge vy’abantu ba databuja.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:41
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

nuko bazane utuzi mwoge ibirenge, muruhukire musi y’igiti:


Ukwubaha Uhoraho kwigisha ubgenge, Kand’ ukwicisha bugufi kwitangira imbere y’ukwubahwa.


Uwishira hejuru mu mutima, agatikizo azogasanga imbere, Kand’ ukwicisha bugufi kuzosanga imbere icubahiro.


Yaravuga, at’ Ūndusha ubushobozi azoza mu nyuma yanje, ntibimbereye no kwunama ngo mpfundurure utugozi tw’inkweto ziwe.


handikwe ūshimirwa ibikorwa vyiza, namba yararera abana, namba yaratanga indāro, yarōza ibirenge vy’abera, yarafasha abababaye, yarashishikara gukurikira ibikorwa vyiza vyose.


Yicisha bugufi, arūnama ashika hasi, aramubaza, ati N’iki gitumye ungirira ubuntu, ukambabara, kandi nd’ umunyamahanga?


Aramwishura, ati Ni ngirirwe akagongwe imbere yawe, mugenzi, kuk’ ummaze umubabaro, ukabarira incoreke yawe neza, naho ntahwanye n’umwe wo mu ncoreke zawe.


Nuko Abigayili abonye Dawidi, ava ku ndogoba yiwe vuba, akubita inkoro hasi, aramwūnamira;


Abantu ba Dawidi bashitse i Karumeli kwa Abigayili, baramubarira, bati Dawidi akudutumyeko ngw agucūre ube umugore wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ