Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Abantu ba Dawidi bashitse i Karumeli kwa Abigayili, baramubarira, bati Dawidi akudutumyeko ngw agucūre ube umugore wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:40
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ehe rāba Rebeka nguyo, n’umujane wīgīre, abe umugore w’umwana wa shobuja, nk’uk’ Uhoraho abigize.


Umugore w’umunyabuntu yamana icubahiro, Kand’ abagabo b’abahambazi bamana itunga.


Bukeye Dawidi yumvise ko Nabali yapfuye, aravuga, at’ Uhoraho ashemagizwe, yambūranye, akankūrakw ibitētērwa Nabali yari yanteye, agatako jewe umusavyi wiwe akambuza gukora icaha; kand’ inabi ya Nabali Uhoraho akayimusubiza ku mutwe. Hanyuma Dawidi atuma kuri Abigayili kumuresha ngw amucūre.


Ava hasi arūnama, yicisha bugufi, aravuga, at’ Ehe nd’ incoreke yawe, umuja wo kwoza ibirenge vy’abantu ba databuja.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ