Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maze Dawidi ari mu bugaragwa yumva ko Nabali arikw arakemuza intama ziwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Babarira Tamari, bati Sobukwe aradūze, agiye i Timuna gukemuza intama ziwe.


Hashize imyaka ibiri yiramvuriye, Abusalomu arārika abamukemurira intama i Bayali‐hasori, hāri hahereranye n’i Bgefurayimu; maz’ atumira abana b’umwami bose.


Uwo muntu yitwa Nabali, umugore wiwe yitwa Abigayili; uwo mugore yar’ umunyabgenge, kandi yar’ umunyakaranga, arik’ umugabo wiwe yar’ umuntu w’ikigoryi kandi w’imico mibi; yar’ uwo mu muryango wa Kalebu.


Nuko Dawidi atuma abahungu b’imisore cumi, ati Ni mudūge muje i Karumeli, muje kwa Nabali, mumundamukirize;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ