Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Nuko mugenzi, Uhoraho ni yamara kugushitsakw ivyiza vyose yakuvuzeko, akaguhindura segaba w’Abisirayeli,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:30
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi mu bihe vya kera, hamwe Sauli yar’ umwami wacu, ni wewe wajana Abisirayeli gutabara, mugatabarukana. Kand’ Uhoraho yarakubgiye kw ari wewe uzoragira abantu biwe b’ Abisirayeli, kandi k’uzoba segaba wabo.


Nabonye Dawidi umusavyi wanje, Namurobanuje amavuta yanje yera:


Ariko noneh’ ubgami bgawe ntibuzohangama; Uhoraho aramaze kwironderera umuntu ameze nk’uk’ umutima wiwe ugomba; kandi ni we Uhoraho yashinze ngw az’ abe segaba w’abantu biwe, kuk’ utumviye ic’ Uhoraho yakugeze.


Maze Samweli aramubarira, at’ Uhoraho na we uyu musi agutabuyekw ingoma y’Abisirayeli, ayihaye mugenzawe akuruta.


Aramubarira, ati Reka gutinya, kuk’ ukuboko kwa data Sauli kutazogushikīra; kand’ uzoba umwami w’Abisirayeli, nanje nzoba uwa kabiri kuri wewe; kandi data Sauli na we arabizi.


None rero ndahira Uhoraho k’utazorandura uruvyaro rwanje, kandi k’utazozimiriza izina ryanje mu nzu ya data.


ntuzohava wicuza canke ngo wītek’ umwikomo ko wavishije amaraso ata nyanduruko, canke ko wīhōye ubgawe, mugenzi; maze mugenzi, Uhoraho ni yamara kukugirira neza, uz’ uheze unyibuke, jewe umuja wawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ