1 Samweli 25:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ndakwinginze, mwami wanje, woye kwiyumvira kur’ uwo muntu w’umugesera Nabali. Izina ni ryo muntu: Nabali ni ko yitwa, kand’ ubujuju ni ko kameremere kiwe. Ariko jewe umuja wawe sinigeze mbona imikangara yawe watumye, mwami wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |