Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nukw akimanuka ari ku ndogoba yiwe, ajanye inzira ikingiriwe n’ umusozi, Dawidi n’abantu biwe bāriko baramanuka batumberanye na we; agize artya ahūra na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:20
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ uwo mugore ashirisha amatandiko ku ndogoba, abarira uwo muntu, ati Yobora tugende: ntuyigenze bu horo shiti nkubgiye.


Abarira abantu biwe, ati Ni munyītangire imbere, mugende, nanje ndaje ndabakurikiye. Ariko ntiyabibgira Nabali umugabo wiwe.


Kandi Dawidi yari yāvuze, ati N’ivy’ ukuri vyabaye ivy’ ubusa kuzigama ivy’ urwo rugabo rwari rufise vyose mu bugaragwa, ntihazimire na kimwe mu vyo yar’ afise vyose! Namugiriye ivyiza, anyishuye ibibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ