Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Hār’ umuntu w’i Mayoni, itunga ryiwe ryar’ i Karumeli; yar’ umutunzi cane, yar’ afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; ico gihe yarikw arakemuriza ubgoya bg’intama ziwe i Karumeli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:2
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Aburamu yar’ umutunzi cane w’amasho n’imikuku n’amafeza n’amazahabu.


Uwo mugabo aba umutunzi, agenda arushiriza, gushitsa aho yabereye umutunzi bihebuje.


Maze Labani yari yagiye gukemuza intama ziwe; nuko Rakeli yiba ibigirwamana vya se.


impene zivyara amajana abiri, n’iz’ amasuguru mirongwibiri, n’ intama zivyara amajana abiri, n’iz’ amasuguru mirongwibiri,


Babarira Tamari, bati Sobukwe aradūze, agiye i Timuna gukemuza intama ziwe.


Baruzilayi uwo yar’ umutāma ashaje cane, yar’ amaze imyaka mirongumunani, kandi ni we yagemuriye umwami aho yar’ i Mahanayimu, kuko yar’ umuntu w’umutunzi cane.


Itunga ryiwe ryar’ intama ibihumbi ndwi, n’ingamiya ibihumbi bitatu, n’inka igihumbi zirima, n’indogoba zivyara amajana atanu, n’abahinda mu rugo benshi cane; nuk’ uwo muntu yar’ ūhambaye gusumba abantu bose b’i burasirazuba.


Nuk’ Uhoraho aha Yobu umugisha mu gihe c’amaheruka kuruta ica mbere: aronka intama ibihumbi cumi na bine, n’ ingamiya ibihumbi bitandatu, n’ inka zirima ibihumbi bibiri, n’ indogoba zivyara igihumbi.


Uhoraho, uwukize abantu, uwukirishije ukuboko kwawe; Ni bo bantu b’isi, umugabane wabo uri mur’ ubu bugingo. Inda zabo ziragahāga ivyo wababīkiye, Abana babo barakabihāga, Barakabisigariza n’ibibondo vyabo!


Ni vyo ibi: umushumba iy’ abaye umwami, N’igipfu iyo gihimvye ivyo kurya,


Hāri na Mayoni na Karumeli na Zifu na Yuta,


Bukeye akoroka kare ngw aje gusanganira Sauli; baramubarira, bati Sauli yari yagiye i Karumeli, ahīshingira icibutso; hanyuma arahindukira, akomeza inzira amanuka i Gilugali.


Nuko bava hasi, baja i Zifu, bitangiye imbere ya Sauli. Ariko Dawidi n’ingabo ziwe bāri mu bugaragwa bg’i Mayoni, mu kiyaya Araba, ahahera i bumanuko bg’ubugaragwa.


Kand’ abagore ba Dawidi bompi, Ahinowamu w’i Yezireli, na Abigayili yahora ari muka Nabali w’i Karumeli, na bo bāri bājanywe ar’ inyagano.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ