Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze Abigayili arakwakwanya, akora imitsima amajana abiri, n’imikuza ibiri ya vino, n’inyama zihiye z’amapfizi atanu y’intama, n’ingero zitanu z’ingano zikaranze, n’imisoko ijana y’inzabibu zumye, n’uturobe amajana abiri tubumbabumbge mu nsukoni, abiremēka indogoba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:18
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi, aminutse impinga gatoya, ahūra na Ziba, umuntu wa Mefibosheti, azanye indogoba zibiri zirikw amatandiko, zīremētse amarobe y’ imitsima amajana abiri, n’imisoko ijana y’inzabibu zumye, n’amatunda ahishirije ijana, n’umukuza wa vino.


Kandi n’abāba hafi yaho, mber’ ugashitsa n’i Bgisakari n’i Buzebuloni n’i Bunafutali, bazanye ingemurano baziremētse indogoba n’ingamiya n’ inyumbu n’inka, ingemurano z’ amafu, n’uturobe tubumbabumbge mu nsukoni, n’imisoko y’ inzabibu zumye, na vino, n’amavuta ya elayo, n’inka n’intama vyinshi cane; kuko hār’ akanyamuneza mu Bisirayeli.


Ishikanwa ry’umuntu rimuronkera akayira, Rimushitsa imbere y’abahambaye.


Impēra yo mu kinyegero ihwamika uburake, N’ingurire igoborowe mu kwaha ihwamika ishavu ryinshi.


Uyo mugore amugirira neza, ntamugirira nabi, Imisi yose y’ukubaho kwiwe.


Wuzure vuba n’ūkurega mukiri mu nzira; ūkurega ntagushikirize umucamanza, umucamanza akaguha umusoda, ugashirwa mw ibohero.


Bukeye Isayi abarira umuhungu wiwe Dawidi, ati Genda ugemurire bakuru bawe ingero imwe kur’ izi ngano zikaranze, n’iyi mitsima cumi, ubandanye aho bashagaje, ubibashīre.


None rer’ ubimenye, wiyumvire ico wokora, kuko hagiye kuba ivyago kuri databuja no ku rugo rwiwe rwose, kand’ ar’ umuntu w’umugesera, ata woshobora kugira ico amubgira.


Ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho Imana y’ Abisirayeli, yambujije kukugirira nabi, nta kabuza bgari guca hadasigaye izinamuhungu n’umwe mu bo kwa Nabali, iy’ utanyaruka kunsanganira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ