Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 25:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 None ntore imitsima yanje n’amazi yanje n’inyama nabāgiye abakemuzi banje, mbihe abantu ntazi iyo bava?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 25:11
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Cank’ asangwa narigunganye ivyo kurya vyanje, Impfuvyi ntibikoreko,


twiyumvirwa nk’abatamenyekana, ariko turi ba rurangiranwa; tuboneka nk’abagira bapfe, ariko rāba, turi bazima; tuboneka nk’abahanwa, ariko ntitwicwa;


Nuko rero, iyo turonse uburyo, tugirire bose neza, cane‐cane ab’ inzu y’abizera.


Kandi muze mwirinde, mwoye kwiyumvira mu mitima yanyu, mut’ Ubutōre bgacu n’inkomezi zacu ni vyo vyaturonkesheje ubu butunzi.


Ashitse i Sukoti abarira abaho, ati Ni murābe Zeba na Salumuna ngaba, aho mwari mukingaya, ngo Mbega Zeba na Salumuna aho murabafise, bari mu maboko yanyu, ngo duhēmbūre ingabo zawe zishonje?


Abatware b’i Sukoti baramwishura, bat’ Aho Zeba na Salumuna murabafise, bari mu maboko yanyu, ngo duhēmbūre ingabo zawe?


Avayo, aja i Peniyeli, n’abaho ababgira nk’uko, na bo bamwishura nk’ukw ab’i Sukoti bamwishuye.


Aba kera baciye umugani, ngw Ibibi biva mu babi; ariko rer’ ukuboko kwanje ntikuzogukorako.


Nukw iyo mikangara ya Dawidi barahindukira, basubirayo; bashitse bamwīgānira ivyo vyose.


Uwo muntu yitwa Nabali, umugore wiwe yitwa Abigayili; uwo mugore yar’ umunyabgenge, kandi yar’ umunyakaranga, arik’ umugabo wiwe yar’ umuntu w’ikigoryi kandi w’imico mibi; yar’ uwo mu muryango wa Kalebu.


Muti Yumvise k’ufise abantu bariko barakemura; muti Kand’ abungere bawe bābāna na bo, nta co bābagiriye nabi, nta co bājimije igihe cose bābaye i Karumeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ