Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 24:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Hanyuma Dawidi na we ava hasi, ava mur’ iryo senga nyene, ahamagara Sauli, at’ Urazirikanye, mugenzi! Sauli akebutse, Dawidi akubita inkoro hasi, aramwūnamira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 24:8
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburamu arapfukama, arūnama, Imana iramubgira,


Maze Batisheba akubita inkoro hasi, yunamira umwami Dawidi, aravuga, at’ Uragahora ku ngoma, mwami wanje nyen’ ingoma.


Wubahe so na nyoko, kugira ng’urambire mu gihugu jewe Uhoraho Imana yawe nzoguha.


Muhe bose ivyo bakwiye: abahabga ikori mubahe ikori; ababuguza mubabugurire; abo gutinywa mubatinye; abo kwubahwa mububahe.


Mwubahe abantu bose; mukunde bene Data; mutinye Imana; mwubahe umwami.


Nuk’ uwo mwana amaze kugenda, Dawidi asokoroka aho yar’ ari i ruhande ya ca gihongo, akubita inkoro hasi, amwunamira gatatu; maze baragūmbīrana, bararira, ariko Dawidi we ararushiriza.


Uko ni ko Dawidi yatesheje ingabo ziwe, ntiyabakundira kugurukira kuri Sauli. Nuko Sauli arahaguruka, ava mur’ iryo senga, arīgīra.


Nuko Dawidi aramubaza, ati N’iki gituma uja ku vyo abantu bakubarira, ngo Dawidi agomba kukugirira nabi?


Maze Sauli amenya ijwi rya Dawidi; aramubaza, at’ Ah’ iryo jwi n’iryawe, ga mwana wanje Dawidi? Dawidi aramwishura, ati N’iryanje, mwami wanje nyen’ ingoma.


Sauli aramubaza, ati Gisa gite? Na we ati Hariko haradūga umutāma, kandi yambaye igikwemu. Maze Sauli aca amenya kw ari Samweli, akubita inkoro hasi, aramwūnamira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ