Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 24:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Hanyuma Dawidi yumva umutima umuseka, kukw acacuye umutwe w’impuzu ya Sauli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 24:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

N’iki catumye ukēngēra ijambo ryanje jewe Uhoraho, ugakora ivyo mbona kw ari bibi, ukicisha inkota Uriya Umuheti, ugacūra umugore wiwe ukamugira rwawe, na we Uriya ukamwicisha inkota y’Abamoni?


Ariko Dawidi amaze guharūra abantu, yumva umutima umukubita. Abarira Uhoraho, ati Nācumuye cane ku vyo nakoze; ariko none, Uhoraho, ndakwinginze, kūrah’ ibigabitanyo vyanje, jewe umusavyi wawe, kuko nakoze ivy’ ubujuju rwose.


ngo Kuko watsinzwe mu mutima wawe, ukicisha bugufi imbere yiwe, igihe wumva ivyo yavuze kur’ aha hantu bo n’abahaba, ingene hazocika imisaka n’ikivume, ukitantamurirakw impuzu zawe, ukaririra imbere yiwe, ngo Na we arakwumvise; ni k’Uhoraho agize.


Ntubice, abantu banje boye kwibagira: Ubasābagirishe ubushobozi bgawe, ubacishe bugufi, Mwami, nkinzo idukīngira.


Maze Abishayi abarira Dawidi, at’ Uyu musi Imana igabuye umwansi wawe mu maboko yawe; none rero reka ndamuzibure icumu rimwe gusa, rishinge hasi, sinsubīra ubga kabiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ