Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 24:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Nuko Sauli ahitana ingabo ibihumbi bitatu zitoranijwe mu Bisirayeli bose, baja kurondera Dawidi n’ingabo ziwe mu bitandara ah’ impene z’inyeshamba ziba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 24:2
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aravuga, at’ Uhoraho n’igitandara canje, n’ubuhungiro bganje, n’umurokozi wanje,


Mbeg’ impene z’ibinyeshamba ziba mu bitandara urazi igihe zivyarira? Canke woshobora kuranga igihe impongokazi zivyarira?


Imisozi miremire n’iy’ impene z’inyeshamba, Ibitandara n’ubuhungiro bg’ inkezi.


Abacamanza babo bazotembagarizwa mu manga, Ni ho abantu bazokwumviriza amajambo yanje, kukw aryoshe.


Umunyakibi agenzura umugororotsi, Akarondera ingene yomwica.


Kand’ abahama ubugingo bganje bantega imitego; Abandonderera ivyago bavuga ivyo kunyigamba, Biyumvira ivy’ ubugunge umusi ukīra.


Sauli yitoraniriza abantu mu Bisirayeli ibihumbi bitatu; muri bo, ibihumbi bibiri bāba kuri we i Mikimashi no ku musozi w’i Beteli; abandi igihumbi bāba kuri Yonatani i Gibeya h’i Bubenyamini; abasigaye arabacūra, umuntu wese yītāhira i we.


Nuko Sauli arahindukira, areka gukurikira Dawidi, aja kurwanya Abafilisitiya: ni co catumye aho hantu bahita Sela‐hamalekoti.


Nuko Sauli arahaguruka, amanuka mu bugaragwa bg’i Zifu, ari kumwe n’ingabo ibihumbi bitatu zitoranijwe mu Bisirayeli, agiye kurondera Dawidi mur’ ubgo bugaragwa bg’i Zifu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ