Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 24:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Aho ntubonye k’Uhoraho yar’ akugabuye mu maboko yanje uyu musi, mur’ iri senga? Mbere harih’ abāmbgiye kukwica, ariko ndakwirekera, nti Sinokoza ukuboko kuri databuja, nti Kukw ari we Uhoraho yimikishije amavuta.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 24:10
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ati Ntimukore ku bo narobanuje amavuta, Ntimugire ico mugira abavugishwa nanje.


Kukw icumu ry’ubugabe ry’ abanyakibi ritazokwama rishinze mu mugabane w’ abagororotsi; Abagororotsi boye kurāmvurira amaboko ibigabitanyo.


Uhoraho, Mana yanje, namba naragenjeje ntyo, Namba har’ ukugabitanya mu maboko yanje,


Namb’ uwo twabana amahoro namwihōye inabi, Namba naranyaze umwansi wanje ndamuhōye ubusa,


Arik’ uwobigira atavyitumye, ari jewe Imana ntumye amugwa mu maboko, nzokurangira ah’ azohungira.


Muri wewe haba abarementaniriza abandi ngo babicishe; muri wewe haba abarīra mu bitabo ku misozi; hagati muri wewe bāhakoreye ivy’ ubushakanyi.


Ntihaze hagire ūgendagendeshwa no guteranya abantu, kandi ntihaze hagire uwitangakw icabona c’ ibinyoma co kwicisha mugenzi we: ni jewe Uhoraho.


Maz’ izo ngabo za Dawidi ziramubarira, zit’ Uyu ni wa musi Uhoraho yakubgira kw azogabura umwansi wawe mu maboko yawe, ng’ uz’ umugire uk’ ugomba. Dawidi ava hasi, acacura umutwe w’impuzu ya Sauli buhoro‐buhoro.


Nuko Dawidi aramubaza, ati N’iki gituma uja ku vyo abantu bakubarira, ngo Dawidi agomba kukugirira nabi?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ