Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bukeye babarira Sauli yuko Dawidi yagiye i Keyila; Sauli aravuga, at’ Imana imugabuye mu maboko yanje, yitaye mu mutego, ko yagiye mu gisagara cugazwa inzugi n’ibihindizo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:7
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ukwihaya kw’abanyakibi kumara igihe gito, No kunezerwa kw’abatubaha Imana ar’ ukw’ akanya isase?


Uhoraho ahimbazwe, Kuko yanyerekeye imbabazi ziwe zitangaza mu gisagara kizitijwe ibikomeye.


Farawo ahava yiyumvira ku Bisirayeli, ngw igihugu baciyemwo bāhuvye: ubugaragwa bubataye mu mbombane.


Umubisha yaravuze, Ati Ndabakurikira, ndabashikīre, ngabanganye iminyago, Ndabīmarekw ishavu; Nsokōre inkota, mbaranduze ukuboko kwanje!


Nuko Dawidi aba mu masenga yo mu bugaragwa, aguma mu mugamba wo mu bugaragwa bg’i Zifu. Sauli akāma amurondera uko bukeye, arikw Imana ntiyamugabura mu maboko yiwe.


Kand’ igihe Abiyatari mwene Ahimeleki yahungira iyo Dawidi ari, yamanukanye efodi i Keyila.


Nuko Sauli ahamagaza ingabo zose ngo zitabare, zije gutera i Keyila, zūgarize Dawidi n’ingabo ziwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ