Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Arikw ingabo za Dawidi ziramubaza, ziti Ko twari dusanzwe dufise ubgoba tukir’ ino i Buyuda, ni twaja i Keyila kurwana n’ingabo z’Abafilisitiya bizocura iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho ni we mpungirako. Mubaririra iki umutima wanje, Muti Hungira ku musozi wanyu nk’inyoni?


Ko wirukanye n’abiruka ku maguru bakakuruhisha, none woshobora ute gusiganwa n’amafarasi? Namb’ ugira amahoro gusa igihugu gitēkānye, non’ uzomera ute Yorodani rwigize akagabo?


Maze Dawidi abonye ko Sauli amurondera ngw amwice, yigumira i Horeshi mu bugaragwa bg’i Zifu.


Nuko Dawidi asiguza Uhoraho, ati Mbega nje kurwanya abo Bafilisitiya? Uhoraho yishura Dawidi, ati Genda ubarwanye, utabare ab’i Keyila.


Nuko murābe mwitegereze utunyegero twiwe twose aho yihisha; muheze mungarukanire inkuru y’imvāho, nanje nzoheza njane namwe: kandi namb’ ari mur’ ico gihugu, nzomusesangura mu masinzi yose y’ Abayuda.


Ashitseyo, ajana uruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’ingabo ziwe bajana urundi. Dawidi akirikw aranyaragasa ngw ahunge Sauli, Sauli na we n’ingabo ziwe bakirīko baratangatanga irya n’ino Dawidi n’ingabo ziwe ngo babafate,


Nuko Dawidi yongera gusiguza Uhoraho. Uhoraho aramwishura, ati Haguruka umanuke uje i Keyila, kuko nzogabura Abafilisitiya mu maboko yawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ