Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Ashitseyo, ajana uruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’ingabo ziwe bajana urundi. Dawidi akirikw aranyaragasa ngw ahunge Sauli, Sauli na we n’ingabo ziwe bakirīko baratangatanga irya n’ino Dawidi n’ingabo ziwe ngo babafate,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:26
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi abarira abantu biwe bose bari kumwe na we i Yerusalemu, ati Ni muve hasi duhunge; kuko tudahunze ata n’umwe muri twebge yomukira; ni mwihute tugende, ntace aduhamvya akadukorera ibara, umurwa akawuririkisha inkota.


Ewe Mana yacu, mbega none ntiwobacirakw itēka? Kukw ata nkomezi dufise zo kurwanya ico gitero kingana girtyo kije kudutera, kandi turabuze ico twokora; ariko ni wewe duhanze amaso.


None bakikije intambuko zacu, Baduhanze amaso kugira ngo badutūre hasi.


Umpishe abanyakibi bannyaga, Ni bo babisha banje bankikije.


Impfizi nyinshi zirankikije, Impfizi z’ubukombe z’i Bashani zintaye hagati.


Kukw imbga zinkikije, Umurwi w’inkozi z’ibibi wantaye hagati; Bantoboye ibiganza n’ibirenge.


Jeho navuganye ukwihebura, nti Ndarandutse, nkūwe mu nyonga zawe: Ariko weho wumvise ijwi ry’ ukwinginga kwanje hamwe nagutakambira.


Kuko bene Data, tutagomba yuko mutamenya amarushwa yatubayeko muri Asiya, ko twaremerewe cane, biruta uko dushobora, bigatuma twihebura ko tutagikiza amagara yacu:


Baradūga bakwira isi yose, bakikiza ah’ ingabo z’abera zishagaje, na ca gisagara gikundwa. Umuriro uratibuka uvuye mw ijuru, urabarigata.


Babarira ab’i Gaza, bati Samusoni ashitse hano. Baramuryamira, barāra bamutegeye kw irembo ry’igisagara, bakēsha ijoro ryose banumye, bati Tubanze turorēre buce, duheze tumwice.


Nuko Mikali acisha Dawidi mw idirisha, aramwururutsa, na we aca aratemesha, arahunga.


Yongera kumutera akamo, ati Bandanya unyaruke, ntuhagarare. Nuko nya mwana wa Yonatani atora imyampi, agaruka aho shebuja ari.


Nuko Sauli n’ingabo ziwe baja kumurondera, ariko Dawidi arabūrirwa; araheza aramanuka, aja ku gitandara co mu bugaragwa bg’i Mayoni, yigumirayo. Sauli avyumvise, akurikira Dawidi mur’ ubgo bugaragwa bg’i Mayoni nyene.


haza intabaza kuri Sauli, iramubarira, iti Ngwino tebuka, kukw Abafilisitiya bateye igihugu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ