Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nuko Sauli n’ingabo ziwe baja kumurondera, ariko Dawidi arabūrirwa; araheza aramanuka, aja ku gitandara co mu bugaragwa bg’i Mayoni, yigumirayo. Sauli avyumvise, akurikira Dawidi mur’ ubgo bugaragwa bg’i Mayoni nyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:25
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aravuga, at’ Uhoraho n’igitandara canje, n’ubuhungiro bganje, n’umurokozi wanje,


Aca arabahindikiranya, arabatikiza bikomeye; araheza aramanuka, aja kuba mu gihoro co mu gitandara c’ahitwa Etamu.


Nuko bava hasi, baja i Zifu, bitangiye imbere ya Sauli. Ariko Dawidi n’ingabo ziwe bāri mu bugaragwa bg’i Mayoni, mu kiyaya Araba, ahahera i bumanuko bg’ubugaragwa.


Ashitseyo, ajana uruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’ingabo ziwe bajana urundi. Dawidi akirikw aranyaragasa ngw ahunge Sauli, Sauli na we n’ingabo ziwe bakirīko baratangatanga irya n’ino Dawidi n’ingabo ziwe ngo babafate,


Nuko Sauli arahindukira, areka gukurikira Dawidi, aja kurwanya Abafilisitiya: ni co catumye aho hantu bahita Sela‐hamalekoti.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ