1 Samweli 23:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Nuko murābe mwitegereze utunyegero twiwe twose aho yihisha; muheze mungarukanire inkuru y’imvāho, nanje nzoheza njane namwe: kandi namb’ ari mur’ ico gihugu, nzomusesangura mu masinzi yose y’ Abayuda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |