Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 None rero ni mugende, murushirize guhwēbūtsa, mumenye mwitegereze ah’ ikiryamo ciwe kiri, kandi n’uwoba yaramubonye uw’ ari we, kuko bambariye kw ar’ ubgenge cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:22
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Erega nk’ubu aramaze kwinyegeza mu rwobo cank’ ahandi; maze ni hagira abapfa bagitanguye kurwana, ūzovyumva wese azovuga, ati Habaye agatikizo mu bari kuri Abusalomu.


Arababarira, ati Ni mugende muhwebutse aho yoba ari, ntume abo kumufata. Baramubarira, bat’ Ar’ i Dotani.


Itegesha abanyabgenge ubugunge bgabo ubgabo, Kand’ inama z’ibidadi irazisāvya.


Sauli arabishura, ati Muragahezagirwa n’Uhoraho kuko mwambabaye!


Nuko murābe mwitegereze utunyegero twiwe twose aho yihisha; muheze mungarukanire inkuru y’imvāho, nanje nzoheza njane namwe: kandi namb’ ari mur’ ico gihugu, nzomusesangura mu masinzi yose y’ Abayuda.


n’ ab’i Heburoni, n’ab’ ahandi hose aho Dawidi n’abantu biwe bāhora bayerērera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ