Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 23:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Mbeg’ abantu b’i Keyila bazontanga mu maboko yiwe? Kandi Sauli azomanuka koko, nk’uko jewe umusavyi wawe navyumvise? Ewe Uhoraho, Mana y’Abisirayeli, ndakwinginze barira umusavyi wawe. Uhoraho aramwishura, at’ Azomanuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 23:11
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uz’ unyambaze ku musi w’ amagorwa, Nzogukiza, nawe uzompesha icubahiro.


Maz’ Uhoraho, urabimmenyesha, ndabimenya: uca unyereka ibikorwa vyabo.


ati Mpamagara, nanje ndakwitaba, nkwereke ibihambaye n’ivyikinze, ivy’ utaribgamenye.


Nuko Dawidi arasenga, at’ Uhoraho, Mana y’Abisirayeli, jewe umusavyi wawe numvise inkuru y’imvāho yuko Sauli agomba gutera i Keyila, ngw arandure iki gisagara agihōra jewe.


Maze Dawidi arongera arabaza, ati Non’ abantu b’i Keyila bazontanga twe n’ingabo zanje mu maboko ya Sauli? Uhoraho aramwishura, ati Bazogutanga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ