1 Samweli 22:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Sauli abaza abo bagendanyi biwe bamuhagaze irya n’ino, ati Yemwe mwa Babenyamini! Aho mwene Isayi uwo azoha umuntu wese muri mwebge amatongo n’imizabibu? Kandi mwese azobagira abagaba ibihumbi n’abagaba amajana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |