Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Bukeye Sauli yumva ko Dawidi n’abo bari kumwe har’ abababonye; kandi yar’ avyāgiye musi y’igiti c’umwesheli ku gatwe k’ umusozi i Gibeya; yar’ afise icumu mu minwe, kand’ abagendanyi biwe bose bari bahagaze bamukikije.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:6
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu atera igiti citwa umwesheri i Beri‐sheba, yambarizay’ izina ry’Uhoraho, Imana ihoraho.


Yakunda kwicara musi y’ikigazi citwa ica Debora nyene, cari hagati y’i Rama na Beteli mu mugamba w’Abefurayimu; kand’ Abisirayeli bāma badūga baja kuri we ngw abacire imanza.


Kandi Sauli yar’ ashagaje ah’ i Gibeya hagarukira, musi y’igiti c’umukomamanga c’i Miguroni, ari kumwe n’abantu nk’amajana atandatu,


Bukeye impwemu mbi irungitswe n’Imana iza kuri Sauli akābushūngwe, ashirakw ariyamiriza ari mu ngoro, Dawidi akavuza inanga nk’uko yar’ asanzwe akora imisi yose; kandi Sauli yar’ afise icumu mu ntoke.


Bukeye ya mpwemu mbi irungitswe n’Uhoraho iza kuri Sauli, avyagiye mu ngoro yiwe, afise icumu mu minwe; Dawidi amuvugiriza inanga.


Sauli amutera icumu ngw amwice; bituma Yonatani amenya ko se yamaramaje kwica Dawidi.


Maze bābīra amagufa yabo, bayahamba musi y’igiti c’umwesheli i Yabeshi nyene, baca barisonzesha kumara imisi ndwi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ