Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bukeye ūvugishwa n’Imana Gadi abarira Dawidi, ati Reka gukomeza kuba mur’ iryo senga; rivemwo, uje mu ntāra y’i Buyuda. Nuko Dawidi avayo, aja mu kibira c’i Hereti.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:5
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe Dawidi yari mw isenga, kandi har’ insago z’Abafilisitiya i Betelehemu.


Bukeye mu gatondo, Dawidi avyukurutse, ijambo ry’Uhoraho riza kuri Gadi, uwavugishwa na we, ari we kamenyi wa Dawidi,


Ico gihe Dawidi yari mw isenga, kandi hār’ insago z’Abafilisitiya i Betelehemu.


Ivyādonzwe ku mwami Dawidi, uhereye ku ca mbere ugashitsa ku c’imperēra, biranditswe mu vyādonzwe na Samweli kamenyi, no mu vyādonzwe na Natani yavugishwa n’Imana, no mu vyādonzwe na Gadi kamenyi,


Kand’ ashira Abalewi mu ngoro y’Uhoraho bafise ivyo kuvuza vyitwa matowazi n’amakembe n’inanga, nk’uko vyashinzwe na Dawidi na Gadi kamenyi w’ umwami na Natani yavugishwa n’ Imana, kukw ico cagezwe cari kivuye k’Uhoraho agitumye abo yavugisha.


Mana, ni wewe Mana yanje; nzozinduka nkurondere. Umutima wanje ukugirira inyota, umubiri wanje ukwifuriza Mu gihugu cumye, kiruhijwe, kitagira amazi.


Nukw abashikiriza umwami w’i Mowabu; baba i we igihe cose Dawidi yamaze mw isenga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ