22 Dawidi abarira Abiyatari, ati Wa musi, aho nabona Dowegi Umunyedomu, namenye kw atazobura kubibarira Sauli: abo mu nzu ya so bose ni jewe bazize.
Mbere twirirwa twicwa bakuduhōra, Twagereranijwe n’intama z’ imbāgwa.
Abikira Dawidi ko Sauli yagesheje abaherezi b’ Uhoraho.