Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Abikira Dawidi ko Sauli yagesheje abaherezi b’ Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:21
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ngo Kandi ni hagira umuntu wo kuri wewe azosigara atamukūye ku gicaniro ciwe, na ho nyene bizoba ar’ ugusigara akobotse amaso, atuntuye mu mutima; ngo Kand’ ab’ uruvyaro rw’inzu yawe bose bazogenda bapfa bakenyutse.


Arik’ umwe mu bahungu ba Ahimeleki mwene Ahitubu, yitwa Abiyatari, aracīka, ahungira iyo Dawidi ari.


Dawidi abarira Abiyatari, ati Wa musi, aho nabona Dowegi Umunyedomu, namenye kw atazobura kubibarira Sauli: abo mu nzu ya so bose ni jewe bazize.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ