1 Samweli 22:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maz’ umwami abarira Dowegi, ati Kūra hasi weho, wice abo baherezi. Nuko Dowegi Umunyedomu akūra hasi, arabica; uwo musi yica abantu mirongumunani na batanu bambara efodi yera derere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |