Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Sauli aramubaza, ati N’iki catumye mungīra inama, mwe na mwene Isayi, ukamuha ivyo kurya n’inkota, ukamusiguriza Imana, ngw ankūrire hasi, abe umwansi wanje, nk’uko bimeze ubu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:13
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abibone bandemeye ikinyoma, Ariko jeho nzokwitondera amateka washinze n’umutima wanje wose.


Maze Amaziya umuherezi w’i Beteli atuma kuri Yerobowamu umwami w’Abisirayeli, uti Amosi yagutereye abantu umugararizo mu b’inzu ya Isirayeli: igihugu nta ho cotorana itiro amagambo yiwe n’ukw angana.


Bashitse, Sauli aravuga, ati Wewe mwana wa Ahitubu! Na we ati Sabge mugenzi.


ngo bitume mwese mungarariza? Kw ata n’umwe yarushe ammenyesha k’umwana wanje yasezeranye na mwene Isayi, ntihagire n’ūmbabara n’umwe, cank’ ūmmenyesha k’umwana wanje yangararishirije umuntu akamugira umwansi wanje, nk’uko bimeze n’ubu!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ