Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bashitse, Sauli aravuga, ati Wewe mwana wa Ahitubu! Na we ati Sabge mugenzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Sauli akebutse inyuma arambona, arampamagara, ndamwitaba, nti Sabge!


Nuko Mefibosheti mwene Yonatani umwuzukuru wa Sauli arenguka imbere ya Dawidi; akubita inkoro hasi, aramwunamira. Maze Dawidi aravuga, ati Mefibosheti! Aritaba, ati Sabge!


Nabaririkijwe n’abatānyibaza; nabonywe n’abatāndondeye; nabariye ihanga ritāmbaje izina ryanje, nt’ Ehe rāba, ndi hano.


Umwami avyumvise, atuma guhamagaza Ahimeleki umuherezi, mwene Ahitubu, n’ab’ inzu ya se bose, ari bo baherezi b’i Nobu; bose bītaba umwami.


Sauli aramubaza, ati N’iki catumye mungīra inama, mwe na mwene Isayi, ukamuha ivyo kurya n’inkota, ukamusiguriza Imana, ngw ankūrire hasi, abe umwansi wanje, nk’uko bimeze ubu?


Sauli abaza abo bagendanyi biwe bamuhagaze irya n’ino, ati Yemwe mwa Babenyamini! Aho mwene Isayi uwo azoha umuntu wese muri mwebge amatongo n’imizabibu? Kandi mwese azobagira abagaba ibihumbi n’abagaba amajana,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ